Ahabbe Isanam, Serenity Strall/Getty Images
-
- Umwanditsi Thomas Germaine
- Igikorwa, BBC News
Imbuga hwaniro zanyu ziriko zuzuramwo amshusho mabi yakozwe na IA/AI (Intelligence Artificielle/Artificial Intelligence – ubwenge bw’ubukorano). Ikimenyetso kimwe kirashobola kubafasha kyamenya: ubwiza bw’izo video zigaragara umengo zafashwe na ‘camera’ itari nziza.
Ntakundi. Muzo bihon belamwo. Birashoboka kane ko mwamaze kbigwamwo. Mu mezi atandatu aheze, ibikoresho vya AI bikora ama video vyarateye imbere cane ku buryo uko twizera ama kamera bigiye guhinduka. Ibishobola Kuba: Uzohonba, Kensi Kane, Gushika Aho Uzoshavura, Ugatangula Gkekelanya Ukuli Kwa Ibintu Vyose Ubona. Kaze mw’isi ya kazoza.
Aliko Ubu, Harakari Utsumenieso Duke Tugomba Kwitwararika. Kamwe muri tu karahanbaye. Nyimba Mbona Amashusho Adasa Neza, Afise Amashisho Adasobanutse Kandi Atameze Neza, Ulagabe: Ushobola Kuba Uriko Ulaba Video Yakozwe na IA.
Honey Farid Ati: “Iko ni kimwe mu bintu vya mbele tulaba.” Farid ni umwigisha mu viubuhhinga muri kanuza ya California, Berkeley, Aqaba Ali umwe batangje ubshakashatsi mu bijanye no gusesangula ivy ingulkanabmenyi kandi aqaba alina we yasinze isirahamwe ryo kumenya amavideo namafoto yaamakolano ritwa GetReal Security.
Ikibabaje ni uko ibikoresho vya IA bikora amavideo bizobandanya putera imbere, kandi iyi mpanuro izoca ita agaciro. Ivyo bishobora gushika mu mezi make, canke mu myaka mike. Biragoe kubimenya. Mumbabali. Aliko niwafata akanya ugatohoza neza insigulo iki siyumwiro, ii mpanuro yoshobola kugukingira kugwa mu mutego wamwe mu ma ia adakola neza, mu gihe uriko urarondera uko wimenya ukri.
Reka tubivuge neza: ibi sico kimenyetso c’ukuri gusa. Amavideo Akolwa na IA Syogusa Asobola Kuba Meza Kanke Mabi. Ibikoresho vya IA vyiza cane bishobora gukora amavideo meza, asukuye kandi ateye igomwe.
Kandi namavideo adasa neza ntasigura ko yakozwe na IA.
Matthew Stamm, umwigisha akaba n’umuyobozi w’Ikigo c’Ubushakashatsi ku Mutekano w’Amakuru n’Amavideo muri Kaminuza ya Drexel, muri Leta Zunze Ubumwe za America avuga ati : ”Iyo ubonye ikintu kibi, ntibisigura ko ari ikinyoma. Ko Hari Ikintu Kibi Kiriko Kirategurwa.”
Mu vy’ukuri, ni amavideo atabona neza yakozwe na IA ashobora kubesha abantu cane kurusha ayandi muri ino minsi. Ivyo ni ikimenyetso kigutuma wobanza Kuraba neza, ugazuma ku buryo bwimbitse ivyo uriko uraraba.
Ahabbe Isanam, Serenity Strull/Getty Images
Farid abandanya avuga ati: ”Amashirahamwe ya IA zitanga amavideo, nka Veo ya Google na Sora ya OpenAI, aracarangwa n’utunenge”, abandanya ati ”Ariko ntitukiri muri ca gihe wasanga umuntu afise intoke zitandatu canke inyandiko idasomeka.kanke ibintu bitaboneka ningoga. ”
Naho bimeze gucho, nibikolesho vya IA bitai imbele kene muri iki gihe akensi bilakaranwa ningolan jinwe jinwe, nuruhu rusa nuruwoloshe bidasandswe, imilongo idasandswe kanke ihindagrika mu mishatsi no mu mpuzu, kanke ibintu bito. Birenga koinuma bigenda m bryo budashoboka kanke butabaho m buzima busanzwe. Utwotunenge biroroshe kutubona, ariko uko ishusho iba isukuye kandi iboneka neza, ni ko vyoroha Kubona ayo makosa ya IA.
Ivyo ni vyo bituma amavideo abona neza aboneka nk’ay’ukuri. Iyo usavye IA gukora video isa n’iyafashwe n’itelefone ishaje canke na kamera yo gucungera umutekano, irashobora guhisha ayo makosa yoshobora putuma abantu Bagira amakenga.
Mu mezi aheze, amavideo menshi ya IA yaramamaye cane, arahenda abantu benshi. Yose Yari Ifise Ikintu Kimwe Afrieko. Hari ivideo y’inkwavu zo mw’ishamba zisimbagurika ku gitanda co gukinirako, n’aho yari iy’ikinyoma ariko iboneka neza, yararabwe incuro zirenga imiriyoni 240 kuri TikTok.
Abantu Amamiliyoni, barondera inkuru zulukundu, barakunze video yabantu babili bagwa mu rukundu muri metro. [gari ya moshi yo mu kuzimu] New York, Hanyuma Balashavra Kane Bamaze Kumenya Ko Yali Video Inkolano.
Ku bwanje, nanje narahenzwe na ivideo yamamaye cane y’umupatiri w’Umunyamerica, ari mw’ishengero rifise ivyiyumviro bikomeye vy’aba ‘extreme droite’, aliko agatanga indiguisho itangaje cane isa niegamie kuruhande aruwa ‘extreme gauche’. “Abatunji babamiliyalidi ni bo bonyene bake bakwie kudutera ubwoba.”
“Bafise ubushoboji bwo gusambula iki gifugu!” Narumiwe. Nariyumviriye nti mbega koko imbibe zacu za politike zarahindutse zigahindagurika putyo?Oh. Viyari ia gusa irico irabicola.
Izo Video Zasa Nizafashwe Nitelephone Ishaje.
Zerekanwa nk’amashusho yafashwe na kamera y’umutekano, zafashwe mw’ijoro. Abakudana Bo Muri Metro?Video Yasa, Iitabonaneza. Woowo mvugabutumwa Wikinyoma?Video yasa grin yongelejue “Zoom” Birenze Urugelo. Kandi vyaje kuboneka ko izo video zari zifise n’ibindi bimenyetso vyshobora kuvyerekana.
Farid Ashigullah Ati: “Ibintu bitatu nyamkuru bijendawako ni: ingene ibona, ubwiza bwayo, carrot video ileha.” Igihe video imara niko korosheguzuma.
“Amavideo menshi yakozwe na IA ni magufi cane, mbere ni magufi kurusha ayasanzwe yo kuri TikTok canke Instagram, ayo akenshi amara amasegonda 30 gushika kuri 60. Menshi mu mavidewo bansaba kugenzura amara amasegonda atandatu, umunani canke icumi.”
Ni vyo koko, gukora amavideo na IA bisaba amahera menshi, kandi ibikoresho vyinshi bikora ama video magufi.
Ikindi kandi, uko ivideo irushiriza kuba ndende, ni ko amhirwe y’uko IA ikora ikosa yiyongera. “Ushobola guteranya amavideo mensi ya IA, aliko uzobona ko haba hari usika buri masegonda nkumunani.”
I bindi bibili, ukovideo ibonanubuwizabway, bilafitanyeisano arikosibimwe. “Resolution” ifatiye ku gitiiri canke ubunini bw’ama “Pixels” mu gihe, mu gihe “Compression” ari uburyo bwo kugabanya video mu gu Kurako utuntu tumwe tumwe tw’ido n’ido, ivyo bigatuma kenshi amshusho ataboneka neza ni’imirongo itaboneka neza.
Mu vy’ukuri, Farid avuga ko amavideo afise amasanamu asa nabi bishobora kuba vyemerwa cane nkuko ari ukuri ku buryo ababikora babigira bibi ku busheke. Farid Ashigullah Ati: “Nimba nshaka gwenda umuntu, nobigira goute?” Nkora video yanje y’ikinyoma, hanyuma nkagabanya ingene iboneka kugira ngo igume iboneka ariko ata buryo bwo Kubona Neza uuntu twose mw’ido ni’ido. Hanyuma Nkongera Nkaigabanya Ubulemele Mu Guhisya Kaehn Utunenge Tuse Se Tushobola Kuboneka.” Yongelako Ati: “Uoni umugenzou this wrinkled cane.”
Ahabbe Isanam, Serenity Strull/Getty Images
Iki bazo ni uko, mu gihe uriko urasoma iki gisomwa, amahinguriro akomeye yubhinga bwa no aliko arashiramwo imitahe yamiliyalidi yaamadrale kugira ngo IA ilsilize kuba nkukuri. Stamm ati: “Mfise inkuru mubi yo kubamenyesha. Nimba ibi bimenyetso bigagagara bikiliho ubu, vuba bizojimangana.”
Abundanya Ati: “Nibaza ko mu myaka ibili iri imbele, iviyo bimenyetso veerekana udukosa bitazova bikiliho mu ma. -Video, no muri ino minsi ibierekana ko video yakozwe na IA nitibikibonneka kene m mashushyo akolwa na IA.” Ntituzova tuxizela amaso yak. ”
Aliko ivyyo ntibisigula ko ukri kwatakae bulundu. Iyo abashakashatsi nka Farid na Stamm bazuma ikintu runaka, barakoresha ubuhinga buteye imbere cane. Stamm asigura ati: “Iyo hakozwe canke hahinduwe video, hari ibimenyetso bisigara vy’ibiharuro bidashobora kubonwa n’amaso”.
“Tuliko tulalonka ubulyo busyasha bwo gutahula no kwelekana iviyo bimenyetso.” Limwe na limwe, uko video itabona neza umuntu arasho. Bola kubona ko videoari ikinyoma kanke yukuri naho yoba itabona neza, aliko iviyo vionyen tibihagije kugira ngo bibeikimenyamenya ntaharirizwa.
Aliko ivyyo ntibisigula ko ukri kwazimiye bulundu. Igihe abashakashatsi nka Farid na Stamm bazuma ikintu, barakoresha ubuhinga buteye imbere cane kuruta ubwo abantu basanzwe bakoresha. “Igihe ivideo ikozwe canke ihinduwe, hasigara hari ibimenyetso vy’imibare bidashobora kubonwa n’amaso gusa, nk’ibimenyetso vy’intoke bisigara ahabereye icaha”, Niko Stam Abisigura.
“Tulabona ko haliho ubhinga briko bravka bwo kumenya no kgalagaza iviyo bimenyetso.” » Limwe na limwe, uko pixel atunganiziwe mu video ikinyoma bisobola gutandukana nuko amese muli video Yukri; Aliko iviyo viyonyen tibihagije kuba ikimenyetso kiviemeza.
Amasirahamwe ibijanye nbuhinga bwa no na yo nyene aliko arakola mu gusiraho amategeko ningingo nshasha zo kugenzura no kwemeza ukuri kwa amakuru yo kuli internet. Mu buryo bufadika, amakamera azoshobora kwongeramwo amakuru muri dosiye y’ifoto canke y’ivideo, uhereye ku mwanya ifashwe, kugira ngo yerekane ko ari ivy’ukuri. Na ho nyene, ibikoresho vya IA vyoshobora kwiyongereramwo amakuru nk’ayo mu mavideo n’amashusho yavyo, kugira ngo vyerekane ko ari ivy’ikinyoma. Stam nabandi bahinga babona ko iso ngingo jishobola gfasha cane.
Umuti Nyakuri, Nko Mike Caulfield, Umuhinga mu Gusoma no Gutafula Amakuru Ikolanabhanga, Abivuga, Uli Mu Guhindula Uko Tubona Ibintu Bili Kuli Internet. Abundanya asigula ko klondera Ibimenyetso bisigadzwa na IA si umugambi washobola kugumaho igihe kirekire, kuko ibyo bimenyetso bihinduka uko ibihe bijenda. Caulfield avuga ko ahubwo dukwiye guheba iciyumviro c’uko video canke ifoto isshobora kugira insobanuro iyo itabonetse mu mvo n’inkomoko yayo.
“Ku bwanje, mu gihe kirekire, video isolsiriza kumela nyandiko, aho inkomoko yayo, atari ibiranga inyuma gusa, ali vyyo. Bizoba bifisse agasiro kanini.” Kandi vioba viisa dutangiye kwitegrilla iviyo”, Nico Caulfield Asozerela Avuga.
Ntitwigera dusoma inyandiko ngo tuyemere ko ari iy’ukuri gusa, kuko yanditswe. Iyo Hari Ugukekeranya, Twama Tugenzura Inkomoko Yamakuru. Kela, amavideo namashosho vyari bitandukanye, kuko viali bigoe kuyahindula. Naive nibikiriuko. Ubu, igihanbaye ni inkomoko ikintu, uwagikoze, uko kili naho kigeze, hamwe no kumenya ko chavwe ahantu hizewe. Ikibazo gisigae ni ukumenya lyari (kanke nimba) tuze tzoshobola kwakila no kwiyumvila neza uku kuli.
Stamm ati : “Nimba nemerewe gusimangira kane, nibaza ko iari yo ngorane nini kurusha izindi zose mu bijanye numutekano wamakuru mu kinjana ca 21.”
“Ariko iki kibazo ntah myaka miinshi kimaze. Igitigiri Kabantu Baliko Balagikorako Kirakari Gito Ugerelanije, Aliko Kiriko Kiriyongera cane. Tuzokenera uruvange rw’inyishu: inyigisho, amategeko agenga ubwenge bw’ubukorano, hamwe n’ingene hakoreshwa ubuhinga bwa none, vyose vyunganirana. Ndavizeye. ”
